Gusubira mu vyagezwe 28:53 Bibiliya y’isi nshasha 53 Maze uzobwirizwa kurya icamwa c’inda yawe, inyama z’abahungu bawe n’abakobwa bawe+ Yehova Imana yawe yaguhaye, bitewe n’ugusugerezwa be n’amaganya umwansi wawe azogusatiriza. 2 Abami 25:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ku musi ugira icenda+ w’ukwezi kugira kane, ikigoyi+ cari gikaze mu gisagara, kandi nta mukate+ wariho ku bw’abanyagihugu. Yeremiya 24:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kandi nzobarungikira inkota+ n’ikigoyi+ n’ikiza+, gushika bahonye ku butaka nabahaye bo hamwe na ba sekuruza babo+.”’” Yeremiya 32:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Ehe abantu baje kuri iki gisagara n’ibikuta vyo kugisugereza+ kugira bagifate+, kandi iki gisagara kizotangwa koko mu kuboko kw’Abakaludaya bariko bakirwanya+, ku bw’inkota+ n’ikigoyi+ n’ikiza+; ivyo wavuze birabaye, kandi ehe uravyibonera+.
53 Maze uzobwirizwa kurya icamwa c’inda yawe, inyama z’abahungu bawe n’abakobwa bawe+ Yehova Imana yawe yaguhaye, bitewe n’ugusugerezwa be n’amaganya umwansi wawe azogusatiriza.
3 Ku musi ugira icenda+ w’ukwezi kugira kane, ikigoyi+ cari gikaze mu gisagara, kandi nta mukate+ wariho ku bw’abanyagihugu.
10 Kandi nzobarungikira inkota+ n’ikigoyi+ n’ikiza+, gushika bahonye ku butaka nabahaye bo hamwe na ba sekuruza babo+.”’”
24 Ehe abantu baje kuri iki gisagara n’ibikuta vyo kugisugereza+ kugira bagifate+, kandi iki gisagara kizotangwa koko mu kuboko kw’Abakaludaya bariko bakirwanya+, ku bw’inkota+ n’ikigoyi+ n’ikiza+; ivyo wavuze birabaye, kandi ehe uravyibonera+.