Gusubira mu vyagezwe 28:65 Bibiliya y’isi nshasha 65 Kandi muri ayo mahanga nta gahengwe uzoronka+, eka nta n’ahantu na hamwe h’ukuruhukira ubworo bw’ikirenge cawe buzoronka; kandi hiyo Yehova azoguha koko umutima ujugumira+, ukugwabira kw’amaso+, n’umwiheburo w’umutima. Yeremiya 15:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nzobatanga babe akajugumiza ku bwami bwose bwo mw’isi+ kubera Manase mwene Hezekiya, umwami wa Yuda, ku bw’ivyo yakoze i Yeruzalemu+. Yeremiya 29:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 “‘Nzobakurikiza inkota n’ikigoyi n’ikiza, kandi nzobatanga babe akajugumiza ku bwami bwose bwo mw’isi+, babe umuvumo n’akajoreza n’abo kuvugiriza agahwa n’iceyi mu mahanga yose nzobashwiragirizamwo ata kabuza+,
65 Kandi muri ayo mahanga nta gahengwe uzoronka+, eka nta n’ahantu na hamwe h’ukuruhukira ubworo bw’ikirenge cawe buzoronka; kandi hiyo Yehova azoguha koko umutima ujugumira+, ukugwabira kw’amaso+, n’umwiheburo w’umutima.
4 Nzobatanga babe akajugumiza ku bwami bwose bwo mw’isi+ kubera Manase mwene Hezekiya, umwami wa Yuda, ku bw’ivyo yakoze i Yeruzalemu+.
18 “‘Nzobakurikiza inkota n’ikigoyi n’ikiza, kandi nzobatanga babe akajugumiza ku bwami bwose bwo mw’isi+, babe umuvumo n’akajoreza n’abo kuvugiriza agahwa n’iceyi mu mahanga yose nzobashwiragirizamwo ata kabuza+,