Gusubira mu vyagezwe 17:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Hagati muri wewe, muri kimwe mu bisagara vyawe Yehova Imana yawe agira aguhe, nihasangwa umugabo canke umugore afise akamenyero ko gukora ikibi mu maso ya Yehova Imana yawe agahonyanga isezerano ryiwe+, Yosuwa 7:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Isirayeli yacumuye, bahonyanze isezerano ryanje+ nabategetse kugumya; kandi batoye ku kintu co gutikizwa+, kandi bivye+, kandi babinumye+, kandi babishize mu bintu vyabo bwite+. Ezekiyeli 17:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “‘“Ndahiye ukubaho kwanje+,” ni ko Umukama Segaba Yehova avuze, “ahantu nyene h’umwami yimitse uwasuzuguye indahiro yiwe+ kandi akarenga isezerano ryiwe, ni ho azopfira, iruhande yiwe, hagati muri Babiloni+. Hoseya 6:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ariko bo, nk’umuntu yakuwe mw’ivu, barahonyanze rya sezerano+. Aho ni ho bampemukiriye+.
2 “Hagati muri wewe, muri kimwe mu bisagara vyawe Yehova Imana yawe agira aguhe, nihasangwa umugabo canke umugore afise akamenyero ko gukora ikibi mu maso ya Yehova Imana yawe agahonyanga isezerano ryiwe+,
11 Isirayeli yacumuye, bahonyanze isezerano ryanje+ nabategetse kugumya; kandi batoye ku kintu co gutikizwa+, kandi bivye+, kandi babinumye+, kandi babishize mu bintu vyabo bwite+.
16 “‘“Ndahiye ukubaho kwanje+,” ni ko Umukama Segaba Yehova avuze, “ahantu nyene h’umwami yimitse uwasuzuguye indahiro yiwe+ kandi akarenga isezerano ryiwe, ni ho azopfira, iruhande yiwe, hagati muri Babiloni+.