Itanguriro 15:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Izuba ririko rirarenga, haza umwiza w’umuzitanya, maze haboneka itanure rifumba umwotsi, n’ikimuri caka umuriro gica hagati ya nya bipande+.
17 Izuba ririko rirarenga, haza umwiza w’umuzitanya, maze haboneka itanure rifumba umwotsi, n’ikimuri caka umuriro gica hagati ya nya bipande+.