Yeremiya 36:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nuko Mikaya+ ababwira amajambo yose yari yumvise igihe Baruki yasomera n’ijwi rirenga nya gitabu mu matwi y’abantu+.
13 Nuko Mikaya+ ababwira amajambo yose yari yumvise igihe Baruki yasomera n’ijwi rirenga nya gitabu mu matwi y’abantu+.