Yesaya 47:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Raba! Bacitse nk’ibishakara+. Umuriro uzobatongora+. Ntibazorokora ubuzima bwabo+ mu bubasha bw’urubeya+. Nta kubengerana kw’amakara kuzohaba ngo abantu bisusurutse, nta gaco k’umuriro kazohaba ko kwicara imbere.
14 Raba! Bacitse nk’ibishakara+. Umuriro uzobatongora+. Ntibazorokora ubuzima bwabo+ mu bubasha bw’urubeya+. Nta kubengerana kw’amakara kuzohaba ngo abantu bisusurutse, nta gaco k’umuriro kazohaba ko kwicara imbere.