Zaburi 41:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kandi umuntu yabana amahoro nanje, uwo nari nizigiye+,Uwarya ku mukate wanje+, andugirije igitsintsiri+. Imigani 16:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Umuntu w’ubukazi aryosharyosha mugenziwe+, kandi ntabura kumutera kuja mu nzira itari nziza+.
9 Kandi umuntu yabana amahoro nanje, uwo nari nizigiye+,Uwarya ku mukate wanje+, andugirije igitsintsiri+.