-
Yeremiya 40:4Bibiliya y’isi nshasha
-
-
4 Ubu rero, ehe uyu musi ndakubohoye amapingu yari ku maboko yawe. Nimba ubona ko ari vyiza mu maso yawe kujana nanje i Babiloni, nuze, nanje nzokugumizako ijisho+. Mugabo nimba ubona ko ari bibi mu maso yawe kujana nanje i Babiloni, nureke. Raba, igihugu cose kiri imbere yawe. Ahantu hose ubona ko ari vyiza kandi bibereye mu maso yawe kuja, nujeyo+.”
-