ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 6:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Kuri ivyo mvuga nti: “Kugeza ryari ga Yehova+?” Maze avuga ati: “Gushika ibisagara bihomvaguritse koko, bigasigara ata wubibamwo, n’amazu agasigara ata muntu yakuwe mw’ivu ayabamwo, n’ubutaka bugatikizwa bugacika umusaka+;

  • Yeremiya 35:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 “Ibi rero ni vyo Yehova, Imana nyen’ingabo, Imana ya Isirayeli, avuze: ‘Ehe ngira nzane kuri Yuda no ku baba i Yeruzalemu bose ivyago vyose nabavuzeko+, kuko nababwiye mugabo ntibumviriza, nkaguma ndabahamagara mugabo ntibanyitabe+.’”

  • Yeremiya 39:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Kandi Abakaludaya baturiza umuriro inzu y’umwami n’amazu y’abantu+ bongera basiturira hasi impome za Yeruzalemu+.

  • Yeremiya 52:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Maze inteko za gisirikare z’Abakaludaya zose zari kumwe na nya mukuru w’abacungera ubuzima zisiturira hasi impome zose za Yeruzalemu, impande zose+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika