Kuvayo 20:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ntukavyunamire canke ngo woshwe kubikorera+, kuko jewe Yehova Imana yawe ndi Imana isaba kwiheberwa yonyene gusa+, izana igihano ku bana ku bw’ikosa rya ba se, kw’iyaruka rigira gatatu no ku rigira kane, ku banyanka+; Gusubira mu vyagezwe 32:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Batangura kuyiteresha ishari+ imana z’ahandi+;Baguma bayibabarisha ibintu biteye ishishi+. Yeremiya 25:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kandi ntimukurikire izindi mana ngo muzikorere mwongere muzunamire, kugira ntimumbabarishe igikorwa c’amaboko yanyu, no kugira ngo sindabateze ivyago+.’ 1 Abakorinto 10:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Oya; ahubwo mvuga yuko ibintu amahanga ashikana abishikanira amadayimoni*+, ntabishikanira Imana; nanje sinshaka ko muba abasangira n’amadayimoni+.
5 Ntukavyunamire canke ngo woshwe kubikorera+, kuko jewe Yehova Imana yawe ndi Imana isaba kwiheberwa yonyene gusa+, izana igihano ku bana ku bw’ikosa rya ba se, kw’iyaruka rigira gatatu no ku rigira kane, ku banyanka+;
6 Kandi ntimukurikire izindi mana ngo muzikorere mwongere muzunamire, kugira ntimumbabarishe igikorwa c’amaboko yanyu, no kugira ngo sindabateze ivyago+.’
20 Oya; ahubwo mvuga yuko ibintu amahanga ashikana abishikanira amadayimoni*+, ntabishikanira Imana; nanje sinshaka ko muba abasangira n’amadayimoni+.