Yesaya 57:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 “Umugabane wawe wari kumwe n’amabuye asenye yo mu mwonga+. Ayo, ni yo yari umuturi wawe+. Vyongeye, wayasukiye ishikanwa ry’ikinyobwa+, uyashikanira ituro. Mbega nzokwihumuriza kuri ivyo bintu+? Yeremiya 7:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Abana batoragura inkwi, ba se bagacana umuriro, abagore na bo bagacumba igicumbe kugira ngo bakorere udutsima tw’ikimazi ‘umwamikazi w’amajuru+’; kandi barasukira izindi mana amashikanwa y’ikinyobwa+ kugira ngo bambabaze+.
6 “Umugabane wawe wari kumwe n’amabuye asenye yo mu mwonga+. Ayo, ni yo yari umuturi wawe+. Vyongeye, wayasukiye ishikanwa ry’ikinyobwa+, uyashikanira ituro. Mbega nzokwihumuriza kuri ivyo bintu+?
18 Abana batoragura inkwi, ba se bagacana umuriro, abagore na bo bagacumba igicumbe kugira ngo bakorere udutsima tw’ikimazi ‘umwamikazi w’amajuru+’; kandi barasukira izindi mana amashikanwa y’ikinyobwa+ kugira ngo bambabaze+.