Kuvayo 15:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Wahushe impemu zawe+, ikiyaga kirabapfuka+;Badwibiye nk’icuma* mu mazi y’agakomeye+. Abacamanza 5:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Uruzi rw’isumo Kishoni rwabatwaye+,Rwa ruzi rw’isumo rwo mu misi ya kera, rwa ruzi rw’isumo Kishoni+.Wahonyangiye inkomezi hasi+, ewe mutima wanje! Zaburi 18:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Imigozi y’urupfu yarankikuje+;Amasegenya akukumura y’abantu b’imburakimazi na yo yaguma antera ubwoba+.
21 Uruzi rw’isumo Kishoni rwabatwaye+,Rwa ruzi rw’isumo rwo mu misi ya kera, rwa ruzi rw’isumo Kishoni+.Wahonyangiye inkomezi hasi+, ewe mutima wanje!
4 Imigozi y’urupfu yarankikuje+;Amasegenya akukumura y’abantu b’imburakimazi na yo yaguma antera ubwoba+.