Zaburi 18:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kandi yaguma arungika imyampi yiwe, kugira abashwiragize+;Arekura n’imiravyo, kugira abate mu muvurungano+. Zaburi 44:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Wewe ubwawe warirukanye amahanga n’ukuboko kwawe+,Uraheza ubateragira mu kibanza cayo+.Wavunaguye imiryango y’amahanga, urayihinda+. Zaburi 68:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nubagurure, nk’uko umwotsi ugururwa n’umuyaga+;Nk’uko ishashara ishonga kubera umuriro+,Ababisha nibayogere bave imbere y’Imana+.
14 Kandi yaguma arungika imyampi yiwe, kugira abashwiragize+;Arekura n’imiravyo, kugira abate mu muvurungano+.
2 Wewe ubwawe warirukanye amahanga n’ukuboko kwawe+,Uraheza ubateragira mu kibanza cayo+.Wavunaguye imiryango y’amahanga, urayihinda+.
2 Nubagurure, nk’uko umwotsi ugururwa n’umuyaga+;Nk’uko ishashara ishonga kubera umuriro+,Ababisha nibayogere bave imbere y’Imana+.