ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 10:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Urubibe rw’Umunyakanani rwahera rero i Sidoni rugashika i Gerari+, hafi ya Gaza+, rugashika i Sodomu n’i Gomora+ n’i Adima+ n’i Zeboyimu+, hafi ya Lasha.

  • 1 Abami 4:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Kuko yaganza ikintu cose cari hakuno ya rwa Ruzi+, kuva i Tifusa gushika i Gaza+, mbere n’abami bose bo hakuno ya rwa Ruzi+; nuko agira amahoro+ mu karere kiwe kose, irya n’ino.

  • Amosi 1:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘“Kubera imigararizo itatu ya Gaza+, kandi kubera ine, sinzobisubiza inyuma, kuko batwaye mu bunyagano umugwi ukwiye w’abagizwe inyagano+ ngo bawugabure kuri Edomu+.

  • Zakariya 9:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Ashikeloni azobibona atinye; nayo Gaza, azokwumva ububabare bukaze; na Ekuroni+, kuko ico yari ahanze amaso+ kitazobura kumaramara. Kandi umwami ntazobura kuzimangana i Gaza, Ashikeloni na we nta bantu bazoba muri we+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika