-
Yoweli 2:2Bibiliya y’isi nshasha
-
-
2 Ni umusi w’umwiza n’umuzimagiza+, umusi w’ibicu n’umuzimagiza w’umuzitanya, nk’umuco w’umutwenzi utambitse ku misozi+.
“Hari igisata kigwiriye kandi gikomeye+; nta kimeze nka co cigeze kubaho kuva mu bihe vya kera bitagira urugero*+, kandi mu nyuma zaco nta kizokwongera kubaho gushika mu myaka izoza uko iyaruka rikurikira irindi.
-