Abacamanza 11:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Mbega uwo wese Kemoshi+ imana yawe itumye womora, si we womora? Kandi umuntu wese Yehova Imana yacu yomoye imbere yacu, ni we tuzokwomora+. 1 Abami 11:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ico gihe ni ho Salomo yatangura kwubakira ikibanza gikirurutse+ Kemoshi+ ikintu gisesemye+ ca Mowabu ku musozi+ wari imbere+ ya Yeruzalemu, na Moleki ikintu gisesemye ca bene Amoni. Yesaya 45:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Bazomaramara koko mbere bateterwe, bose uko bangana. Abahinguzi b’amashusho y’ibigirwamana bazogendera hamwe bateterewe+.
24 Mbega uwo wese Kemoshi+ imana yawe itumye womora, si we womora? Kandi umuntu wese Yehova Imana yacu yomoye imbere yacu, ni we tuzokwomora+.
7 Ico gihe ni ho Salomo yatangura kwubakira ikibanza gikirurutse+ Kemoshi+ ikintu gisesemye+ ca Mowabu ku musozi+ wari imbere+ ya Yeruzalemu, na Moleki ikintu gisesemye ca bene Amoni.
16 Bazomaramara koko mbere bateterwe, bose uko bangana. Abahinguzi b’amashusho y’ibigirwamana bazogendera hamwe bateterewe+.