Gusubira mu vyagezwe 32:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Uguhōra ni ukwanje, n’uguhemba ni ukwanje+.Igihe nicagera ikirenge cabo kizogenda kiradandabagirana+,Kuko umusi w’ivyago vyabo uri hafi+Kandi ibiteguriwe kubashikira biranyaragasa+.’ Yesaya 16:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ubu na ho Yehova aravuze, ati: “Mu myaka itatu, nk’uko imyaka y’umucangero+ iri, ubuninahazwa+ bwa Mowabu butegerezwa rero kugirwa agaterasoni mu ntureka nyinshi y’ubwoko bwose, kandi abasigaye bazoba inkehwa ziri ku rushi, badakomeye+.” Ezekiyeli 12:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Babwire rero uti: ‘Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “‘Ntihazokwongera kuba ukwigiza inyuma ku bijanye n’amajambo yanje ayo ari yo yose+. Ijambo nzovuga, rizoshitswa koko+,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze+.”’” Ezekiyeli 25:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nzoshitsa imanza i Mowabu+; kandi bazobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova+.’
35 Uguhōra ni ukwanje, n’uguhemba ni ukwanje+.Igihe nicagera ikirenge cabo kizogenda kiradandabagirana+,Kuko umusi w’ivyago vyabo uri hafi+Kandi ibiteguriwe kubashikira biranyaragasa+.’
14 Ubu na ho Yehova aravuze, ati: “Mu myaka itatu, nk’uko imyaka y’umucangero+ iri, ubuninahazwa+ bwa Mowabu butegerezwa rero kugirwa agaterasoni mu ntureka nyinshi y’ubwoko bwose, kandi abasigaye bazoba inkehwa ziri ku rushi, badakomeye+.”
28 Babwire rero uti: ‘Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “‘Ntihazokwongera kuba ukwigiza inyuma ku bijanye n’amajambo yanje ayo ari yo yose+. Ijambo nzovuga, rizoshitswa koko+,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze+.”’”