Yesaya 16:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Twarumvise ubwishime bwa Mowabu, yuko yishima cane+; ubwibone bwiwe n’ubwishime bwiwe n’uburake bwiwe+—amajambo yiwe agaragara si ko azomera+. Yesaya 44:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Mpindura ubusa ibimenyetso vy’abavuga amajambo agaragara, kandi ndi Umwe atuma abaraguzi bakora nk’abasazi+; Umwe asubiza inyuma abantu b’inkerebutsi, n’Umwe ahindura ubumenyi bwabo ubupfu+; Yeremiya 50:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Hari inkota yo kurwanya abavuga amajambo agaragara+, kandi vy’ukuri bazokorana ubupfu+. Hari inkota yo kurwanya abagabo biwe b’abanyenkomezi+; bazotekerwa n’ubwoba koko+.
6 Twarumvise ubwishime bwa Mowabu, yuko yishima cane+; ubwibone bwiwe n’ubwishime bwiwe n’uburake bwiwe+—amajambo yiwe agaragara si ko azomera+.
25 Mpindura ubusa ibimenyetso vy’abavuga amajambo agaragara, kandi ndi Umwe atuma abaraguzi bakora nk’abasazi+; Umwe asubiza inyuma abantu b’inkerebutsi, n’Umwe ahindura ubumenyi bwabo ubupfu+;
36 Hari inkota yo kurwanya abavuga amajambo agaragara+, kandi vy’ukuri bazokorana ubupfu+. Hari inkota yo kurwanya abagabo biwe b’abanyenkomezi+; bazotekerwa n’ubwoba koko+.