Zaburi 33:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Yehova ubwiwe yasambuye inama y’amahanga+;Yatangiriye ivyiyumviro vy’ibisata vy’abantu+. Imigani 21:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Nta bukerebutsi, nta gutahura, nta mpanuro, mu kurwanya Yehova+.