Yesaya 15:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Umutima wanje uririra Mowabu+. Abahunze baho barashika i Zowari+ n’i Egulati-shelishiya+. Kuko ku mudugo w’i Luhiti+, umwe wese awuduga arira; kuko ku nzira ija i Horonayimu+, baduza hejuru amaborogo ku vyerekeye ico cago. Yesaya 16:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ni co gituma ubura bwanje busebagirika nk’inanga kubera Mowabu+, hagati muri jewe na ho hagasebagirika kubera Kiri-hareseti+. Matayo 9:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Hanyuma Yezu yinjiye mu nzu ya wa mutware+ akabona abariko bavuza imyironge n’isinzi riri mu ruyogoyogo+,
5 Umutima wanje uririra Mowabu+. Abahunze baho barashika i Zowari+ n’i Egulati-shelishiya+. Kuko ku mudugo w’i Luhiti+, umwe wese awuduga arira; kuko ku nzira ija i Horonayimu+, baduza hejuru amaborogo ku vyerekeye ico cago.
11 Ni co gituma ubura bwanje busebagirika nk’inanga kubera Mowabu+, hagati muri jewe na ho hagasebagirika kubera Kiri-hareseti+.
23 Hanyuma Yezu yinjiye mu nzu ya wa mutware+ akabona abariko bavuza imyironge n’isinzi riri mu ruyogoyogo+,