ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 19:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Uwuzokira inkota ya Hazayeli+, Yehu azomwica+; uwuzokira inkota ya Yehu na we Elisha azomwica+.

  • 1 Abami 20:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 Abari basigaye bahungira i Afeki+, mu gisagara; maze uruhome rugwa ku bagabo ibihumbi mirongo ibiri n’indwi bari basigaye+. Nayo Beni-hadadi, arahunga+, amaherezo yinjira mu gisagara, mu cumba c’ahitereye+.

  • Amosi 2:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Aho guhungira hazokamangana uwunyaruka ahabure+, kandi nta wukomeye n’umwe azoshimangira ububasha bwiwe, eka nta munyenkomezi n’umwe azonyaga amagara+.

  • Amosi 5:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 ni nk’igihe umuntu ahunga intambwe hanyuma agahura n’idubu; kandi ni nk’igihe yinjira mu nzu, agafadikiza ikiganza ciwe ku ruhome, hanyuma inzoka ikamukomora+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika