ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 23:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 “Baragowe abungere barandura intama zo mu buragiriro bwanje bakongera bakazishwiragiza+!”, ni ko Yehova avuze.

  • Yeremiya 50:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Abantu banje babaye umukuku w’ibitungwa biriko birahona+. Abungere babo barabayerereje+. Babajanye ku misozi+. Bagiye barava ku musozi baja ku murambi. Baribagiye ahantu habo h’ukuruhukira+.

  • Ezekiyeli 34:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Amaherezo zarasanzaye kubera ata mwungere yariho+, ku buryo zicika indya z’ibikoko vyose vyo mu gahinga, kandi zibandanya gusanzara+.

  • Matayo 9:36
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 36 Abonye amasinzi, bamutera ikigongwe+, kuko bari baratabaguwe, basabagiye nk’intama zitagira umwungere+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika