Yosuwa 23:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 mu kutigera mwinjira muri ayo mahanga+, ayo asigaranye namwe. Ntimuze mucishe mu kanwa amazina y’imana zayo+ canke ngo muzirahire+, eka ntimuze muzikorere canke ngo muzunamire+. Yeremiya 12:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “Kandi nibiga koko inzira z’abantu banje mu kurahira bakoresheje izina ryanje+, ngo: ‘Turahiye ukubaho kwa Yehova!’, nk’uko bigishije abantu banje kurahira Bayali+, bazokwubakwa rero hagati mu bantu banje+. Amosi 8:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 abarahira icaha ca Samariya+, bakavuga ngo: “Turahiye ukubaho kw’imana ya we, ewe Dani+!”, kandi ngo: “Turahiye ukubaho kw’inzira y’i Beyeri-sheba+!” Ntibazobura kugwa, kandi ntibazokwongera guhaguruka+.’” Zefaniya 1:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 be n’abunamira ingabo zo mu majuru bibereye ku bisenge+, n’abunama+ bakarahira indahiro Yehova+ bakongera bakarahira indahiro bazirahira Malikamu+,
7 mu kutigera mwinjira muri ayo mahanga+, ayo asigaranye namwe. Ntimuze mucishe mu kanwa amazina y’imana zayo+ canke ngo muzirahire+, eka ntimuze muzikorere canke ngo muzunamire+.
16 “Kandi nibiga koko inzira z’abantu banje mu kurahira bakoresheje izina ryanje+, ngo: ‘Turahiye ukubaho kwa Yehova!’, nk’uko bigishije abantu banje kurahira Bayali+, bazokwubakwa rero hagati mu bantu banje+.
14 abarahira icaha ca Samariya+, bakavuga ngo: “Turahiye ukubaho kw’imana ya we, ewe Dani+!”, kandi ngo: “Turahiye ukubaho kw’inzira y’i Beyeri-sheba+!” Ntibazobura kugwa, kandi ntibazokwongera guhaguruka+.’”
5 be n’abunamira ingabo zo mu majuru bibereye ku bisenge+, n’abunama+ bakarahira indahiro Yehova+ bakongera bakarahira indahiro bazirahira Malikamu+,