Ezekiyeli 16:49 Bibiliya y’isi nshasha 49 Raba! Ikosa rya Sodomu mwene wanyu ryari iri: Ubwishime+, ukugira umukate uhagije+ be n’ukutagira ico yinona+ kubera ukuguma atekanye, ni vyo vyamuranga, we hamwe n’ibisagara bimukukira+, kandi ntiyakomeza ukuboko kw’umurushwa+ be n’ukw’umworo+. Hoseya 13:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nk’uko uburagiriro bwabo bwari buri, ni ko bahaze+. Barahaze maze umutima wabo utangura kwishira hejuru+. Ni co catumye banyibagira+.
49 Raba! Ikosa rya Sodomu mwene wanyu ryari iri: Ubwishime+, ukugira umukate uhagije+ be n’ukutagira ico yinona+ kubera ukuguma atekanye, ni vyo vyamuranga, we hamwe n’ibisagara bimukukira+, kandi ntiyakomeza ukuboko kw’umurushwa+ be n’ukw’umworo+.
6 Nk’uko uburagiriro bwabo bwari buri, ni ko bahaze+. Barahaze maze umutima wabo utangura kwishira hejuru+. Ni co catumye banyibagira+.