Ezekiyeli 22:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Umuntu yakoranye n’umugore wa mugenziwe ikintu giteye ishishi+, kandi umuntu yahumanishije ubushirasoni umukazana wiwe+; kandi muri wewe umuntu yatetereje mushikiwe, umukobwa wa se wiwe+.
11 Umuntu yakoranye n’umugore wa mugenziwe ikintu giteye ishishi+, kandi umuntu yahumanishije ubushirasoni umukazana wiwe+; kandi muri wewe umuntu yatetereje mushikiwe, umukobwa wa se wiwe+.