Yesaya 44:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Umwe abwira inyenga y’amazi ati: ‘Nimutumuke; kandi inzuzi zanyu zose nzozikamya+’; Yeremiya 51:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Ibi rero ni vyo Yehova avuze: “Ehe ngira nifatire mu minwe urubanza rwawe+, kandi nzoguhōra ata kabuza+. Nzokamya ikiyaga ciwe, nkamye n’amariba yiwe+. Ivyahishuwe 16:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Uwa gatandatu+ na we asuka ibakure yiwe kuri rwa ruzi runini Efurate+, amazi yarwo aca arakama+, kugira ngo inzira itegurwe ku bw’abami+ bava i burasirazuba.
36 Ibi rero ni vyo Yehova avuze: “Ehe ngira nifatire mu minwe urubanza rwawe+, kandi nzoguhōra ata kabuza+. Nzokamya ikiyaga ciwe, nkamye n’amariba yiwe+.
12 Uwa gatandatu+ na we asuka ibakure yiwe kuri rwa ruzi runini Efurate+, amazi yarwo aca arakama+, kugira ngo inzira itegurwe ku bw’abami+ bava i burasirazuba.