Yesaya 44:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Umwe abwira inyenga y’amazi ati: ‘Nimutumuke; kandi inzuzi zanyu zose nzozikamya+’; Yeremiya 50:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Hari agatikizo ku mazi yiwe; bazoyakamya ata kabuza+. Kuko ari igihugu c’ibishusho bibajwe+, kandi kubera ivyo berekwa vy’agacavutu, baguma bakora nk’abasazi. Ivyahishuwe 16:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Uwa gatandatu+ na we asuka ibakure yiwe kuri rwa ruzi runini Efurate+, amazi yarwo aca arakama+, kugira ngo inzira itegurwe ku bw’abami+ bava i burasirazuba.
38 Hari agatikizo ku mazi yiwe; bazoyakamya ata kabuza+. Kuko ari igihugu c’ibishusho bibajwe+, kandi kubera ivyo berekwa vy’agacavutu, baguma bakora nk’abasazi.
12 Uwa gatandatu+ na we asuka ibakure yiwe kuri rwa ruzi runini Efurate+, amazi yarwo aca arakama+, kugira ngo inzira itegurwe ku bw’abami+ bava i burasirazuba.