2 Abami 25:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Maze bafata umwami+ hanyuma bamudugana ku mwami wa Babiloni i Ribula+, kugira ngo bamucire urubanza. Yeremiya 52:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nuko umwami wa Babiloni yicira abahungu ba Zedekiya mu maso yiwe+, yicira n’abaganwa bose ba Yuda i Ribula+.
6 Maze bafata umwami+ hanyuma bamudugana ku mwami wa Babiloni i Ribula+, kugira ngo bamucire urubanza.
10 Nuko umwami wa Babiloni yicira abahungu ba Zedekiya mu maso yiwe+, yicira n’abaganwa bose ba Yuda i Ribula+.