ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 18:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Ni co gituma igihugu gihumanye, kandi nzogihanira ikosa ryaco, kandi kizodahwa abakibamwo+.

  • Abalewi 26:33
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 33 Namwe nzobasanzaza mu mahanga+, kandi nzosokora inkota mu rwubati inyuma yanyu+. Igihugu canyu kizotegerezwa gucika umusaka+, ibisagara vyanyu na vyo bicike ibihomvagurike.

  • Gusubira mu vyagezwe 28:36
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 36 Yehova azogushorera+, wewe n’umwami+ uzoba wimitse ngo akuganze, uje mw’ihanga utamenye, yaba wewe canke ba sogokuruza bawe; kandi hiyo uzokorera izindi mana, z’ibiti n’amabuye+.

  • Yesaya 24:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Ata kabuza, igihugu kizocuranurwa, kandi ata kabuza kizosahurwa+, kuko Yehova ubwiwe avuze iryo jambo+.

  • Yeremiya 25:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 ehe ngira ntume intumwa, kandi nzotora imiryango yose yo mu buraruko+,” ni ko Yehova avuze, “egome, ngira ntume kuri Nebukadirezari umwami wa Babiloni, umusavyi wanje+, maze nzobazana batere iki gihugu+ n’abakibamwo n’aya mahanga yose ari irya n’ino+; kandi nzobatikiza ndabagire akajoreza n’ikintu co kuvugiriza agahwa+ n’ahantu hatikijwe gushika igihe kitagira urugero+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika