Yesaya 1:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Abaganwa bawe ni intagondwa bakaba na bagenzi b’ibisuma+. Umwe wese muri bo akunda igiturire+ kandi akiruka inyuma y’ingabirano+. Kuko badaca urubanza rw’impfuvyi; kandi n’urubanza rw’umupfakazi ntirushika kuri bo+. Zakariya 7:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 ntimugunge umupfakazi+ canke impfuvyi*+, kavamahanga+ canke umurushwa+, kandi ntimutegure mu mitima yanyu imigambi yo kugiriranira nabi+.’
23 Abaganwa bawe ni intagondwa bakaba na bagenzi b’ibisuma+. Umwe wese muri bo akunda igiturire+ kandi akiruka inyuma y’ingabirano+. Kuko badaca urubanza rw’impfuvyi; kandi n’urubanza rw’umupfakazi ntirushika kuri bo+.
10 ntimugunge umupfakazi+ canke impfuvyi*+, kavamahanga+ canke umurushwa+, kandi ntimutegure mu mitima yanyu imigambi yo kugiriranira nabi+.’