Yobu 12:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Amahema y’abanyazi nta maganya agira+,Kandi abatera Imana gushangashirwa bifitiye umutekanoUfiswe n’uwuzanye imana mu kuboko kwiwe+. Zaburi 73:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ehe! Abo ni ba babisha, bitekaniye igihe kitagira urugero+.Bongereje ibibabeshaho+. Yeremiya 12:1 Bibiliya y’isi nshasha 12 Uragororotse+, ewe Yehova, iyo ndagushikirije ikirego canje, egome, iyo mvuganye nawe ibijanye n’urubanza. Kubera iki inzira y’ababisha iroraniwe+, abakora ivy’ubuhemu bose bakaba batagira amaganya?
6 Amahema y’abanyazi nta maganya agira+,Kandi abatera Imana gushangashirwa bifitiye umutekanoUfiswe n’uwuzanye imana mu kuboko kwiwe+.
12 Uragororotse+, ewe Yehova, iyo ndagushikirije ikirego canje, egome, iyo mvuganye nawe ibijanye n’urubanza. Kubera iki inzira y’ababisha iroraniwe+, abakora ivy’ubuhemu bose bakaba batagira amaganya?