Yesaya 37:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 “‘Yehova avuze rero ku vyerekeye umwami wa Ashuri+ ati: “Ntazokwinjira muri iki gisagara+ canke ngo aharase umwampi canke ngo ahahange n’inkinzo canke ngo aharundire igikuta co kuhasugereza+.”’
33 “‘Yehova avuze rero ku vyerekeye umwami wa Ashuri+ ati: “Ntazokwinjira muri iki gisagara+ canke ngo aharase umwampi canke ngo ahahange n’inkinzo canke ngo aharundire igikuta co kuhasugereza+.”’