Yeremiya 23:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 “Canke hari umuntu yohishwa mu bwihisho nanje sindamubone+?”, ni ko Yehova avuze. “Mbega jewe sinuzuye koko amajuru n’isi+?”, ni ko Yehova avuze. Abaheburayo 4:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kandi nta kiremwa na kimwe kitibonekeza imbere yayo+, ahubwo vyose biri gusa kandi vyashizwe ku mugaragaro mu maso y’uwuri n’ico atubaza+.
24 “Canke hari umuntu yohishwa mu bwihisho nanje sindamubone+?”, ni ko Yehova avuze. “Mbega jewe sinuzuye koko amajuru n’isi+?”, ni ko Yehova avuze.
13 Kandi nta kiremwa na kimwe kitibonekeza imbere yayo+, ahubwo vyose biri gusa kandi vyashizwe ku mugaragaro mu maso y’uwuri n’ico atubaza+.