Gusubira mu vyagezwe 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kuko Yehova Imana yawe yaguhezagiye mu gikorwa cose c’ukuboko kwawe+. Arazi neza igenda ryawe muri aka gahinga kanini. Iyi myaka mirongo ine+ Yehova Imana yawe yarabanye nawe. Nta kintu wabuze+.”’ Nehemiya 9:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ku murango wabayoboje inkingi y’igicu+, mw’ijoro na ho ubayoboza inkingi y’umuriro+, kugira ngo ubaboneshereze+ inzira bakwiye kujana.
7 Kuko Yehova Imana yawe yaguhezagiye mu gikorwa cose c’ukuboko kwawe+. Arazi neza igenda ryawe muri aka gahinga kanini. Iyi myaka mirongo ine+ Yehova Imana yawe yarabanye nawe. Nta kintu wabuze+.”’
12 Ku murango wabayoboje inkingi y’igicu+, mw’ijoro na ho ubayoboza inkingi y’umuriro+, kugira ngo ubaboneshereze+ inzira bakwiye kujana.