ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 32:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Ubu rero ndeka nkwereke, ishavu ryanje ribarurumbire, ndabatikize+, nawe ndagukuremwo ihanga rikomeye+.”

  • Yeremiya 11:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 “Ariko weho, ntusengere aba bantu, kandi ntubashirire hejuru akamo k’ukwinginga canke isengesho+, kuko ntazokwumviriza igihe bazosemerera bampamagara ku bijanye n’ivyago vyabo+.

  • Yeremiya 14:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Nuko Yehova ambwira ati: “Ntusengere aba bantu ubaronderera iciza+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika