Yesaya 1:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Iyo mugaranzuye ibiganza+, ndabahisha amaso yanje+. Naho mutura amasengesho menshi+, sinumviriza+; amaboko yanyu asigaye yuzuye ugusesa amaraso+. Yeremiya 15:1 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nuko Yehova ambwira ati: “Naho Musa+ na Samweli+ boba bahagaze imbere yanje, umutima wanje ntiwoba kuri aba bantu+. Bokwirukanwa bakamva mu maso, bagasohoka+. Mika 3:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ico gihe bazotabaza Yehova, mugabo ntazobishura+. Azobahisha mu maso hiwe ico gihe+, nk’uko na bo bagize nabi mu vyo bakoze+.
15 Iyo mugaranzuye ibiganza+, ndabahisha amaso yanje+. Naho mutura amasengesho menshi+, sinumviriza+; amaboko yanyu asigaye yuzuye ugusesa amaraso+.
15 Nuko Yehova ambwira ati: “Naho Musa+ na Samweli+ boba bahagaze imbere yanje, umutima wanje ntiwoba kuri aba bantu+. Bokwirukanwa bakamva mu maso, bagasohoka+.
4 Ico gihe bazotabaza Yehova, mugabo ntazobishura+. Azobahisha mu maso hiwe ico gihe+, nk’uko na bo bagize nabi mu vyo bakoze+.