ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 23:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Yosiya ahindukiye, abona imva zari aho ku musozi. Atuma rero gukura amagufa muri izo mva maze ayaturirira+ kuri nya gicaniro, kugira ngo akigire ikitabereye ku bw’ugusenga, nk’uko ijambo rya Yehova ryari+, iryo wa muntu w’Imana y’ukuri yari yaratangaje+, umwe yatangaza ivyo bintu.

  • 2 Ngoma 34:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Amagufa+ y’abaherezi ayaturirira ku bicaniro vyabo+. Ukwo ni ko yahumanuye Yuda na Yeruzalemu.

  • Ezekiyeli 6:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Nzoshira imivyimba ya bene Isirayeli imbere y’ibigirwamana vyabo vy’umwanda, nsanzaze amagufa yanyu irya n’ino y’ibicaniro vyanyu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika