2 Abami 9:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Kandi umuvyimba wa Yezebeli uzoba nk’intabire+ mu murima mu gice c’itongo ry’i Yezireyeli, kugira ntibavuge ngo: “Uyu ni Yezebeli+.”’” Zaburi 83:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Barazimanganijwe i Eni-dori+;Bacitse intabire y’ubutaka+. Yeremiya 9:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 “Vuga uti: ‘Ibi ni vyo Yehova avuze: “Imivyimba y’abantu izogwa koko nk’intabire mu murima, nk’imikama y’ibinyantete ihejeje gutemwa inyuma y’umushwabuzi, ata n’umwe avyegeranya+.”’” Yeremiya 16:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 ‘Bazokwicwa n’indwara+. Ntibazoborogerwa+ canke ngo bahambwe+. Bazoba nk’intabire ku butaka+; bazomarwa n’inkota n’ikigoyi+, kandi imivyimba yabo izoba koko indya z’ibiremwa biguruka vyo mu kirere n’ibikoko vyo kw’isi+.’ Yeremiya 25:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Abishwe na Yehova kuri uwo musi bazohera koko ku mpera imwe y’isi bashike ku yindi+. Ntibazoborogerwa, eka kandi ntibazokwegeranywa canke ngo bahambwe+. Bazoba nk’intabire ku buringanire bw’ubutaka+.’
37 Kandi umuvyimba wa Yezebeli uzoba nk’intabire+ mu murima mu gice c’itongo ry’i Yezireyeli, kugira ntibavuge ngo: “Uyu ni Yezebeli+.”’”
22 “Vuga uti: ‘Ibi ni vyo Yehova avuze: “Imivyimba y’abantu izogwa koko nk’intabire mu murima, nk’imikama y’ibinyantete ihejeje gutemwa inyuma y’umushwabuzi, ata n’umwe avyegeranya+.”’”
4 ‘Bazokwicwa n’indwara+. Ntibazoborogerwa+ canke ngo bahambwe+. Bazoba nk’intabire ku butaka+; bazomarwa n’inkota n’ikigoyi+, kandi imivyimba yabo izoba koko indya z’ibiremwa biguruka vyo mu kirere n’ibikoko vyo kw’isi+.’
33 Abishwe na Yehova kuri uwo musi bazohera koko ku mpera imwe y’isi bashike ku yindi+. Ntibazoborogerwa, eka kandi ntibazokwegeranywa canke ngo bahambwe+. Bazoba nk’intabire ku buringanire bw’ubutaka+.’