Yobu 3:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Kubera iki hari abarindira urupfu, ariko ntiruze+,Naho baguma bimba baruhiga kuruta uko bahiga itunga ryanyegejwe? Ivyahishuwe 9:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kandi muri iyo misi abantu bazorondera urupfu+ mugabo ntibazogenda baruronse, kandi bazokwipfuza gupfa mugabo urupfu ruzoguma rubahunga.
21 Kubera iki hari abarindira urupfu, ariko ntiruze+,Naho baguma bimba baruhiga kuruta uko bahiga itunga ryanyegejwe?
6 Kandi muri iyo misi abantu bazorondera urupfu+ mugabo ntibazogenda baruronse, kandi bazokwipfuza gupfa mugabo urupfu ruzoguma rubahunga.