Hoseya 4:1 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nimwumve ijambo rya Yehova, yemwe bene Isirayeli, kuko Yehova afitaniye imburano n’ababa mu gihugu+, kuko ata kuri+ canke ubuntu bwuzuye urukundo canke ukumenya Imana biri mu gihugu+.
4 Nimwumve ijambo rya Yehova, yemwe bene Isirayeli, kuko Yehova afitaniye imburano n’ababa mu gihugu+, kuko ata kuri+ canke ubuntu bwuzuye urukundo canke ukumenya Imana biri mu gihugu+.