28 “Mugabo bakimara kuronka akaruhuko, baca bongera gukora ibibi imbere yawe+, nawe ukabatanga mu kuboko kw’abansi babo, bakabahonyangira hasi+. Baragaruka rero bakagutabaza+, nawe ukumva uri mu majuru+ maze ukabarokora nk’uko imbabazi zawe nyinshi ziri, incuro n’izindi+.