Zaburi 14:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nayo Yehova, yaravye hasi ari mw’ijuru, araba abana b’abantu+,Ngo arabe ko hariho uwufise ugutahura kwimbitse, uwurondera Yehova+. Malaki 3:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Maze abatinya Yehova+ baraganira, umwe wese na mugenziwe, Yehova na we aguma ateze ugutwi, yumviriza+. Nuko igitabu c’icibutso gitangura kwandikirwa imbere yiwe+ ku bw’abatinya Yehova no ku bw’abiyumvira izina ryiwe+.
2 Nayo Yehova, yaravye hasi ari mw’ijuru, araba abana b’abantu+,Ngo arabe ko hariho uwufise ugutahura kwimbitse, uwurondera Yehova+.
16 Maze abatinya Yehova+ baraganira, umwe wese na mugenziwe, Yehova na we aguma ateze ugutwi, yumviriza+. Nuko igitabu c’icibutso gitangura kwandikirwa imbere yiwe+ ku bw’abatinya Yehova no ku bw’abiyumvira izina ryiwe+.