Yeremiya 5:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nanje nari navuze nti: “Vy’ukuri ni banyarucari. Bakoze ivy’ubupfu, kuko birengagije inzira ya Yehova, urubanza rw’Imana yabo+.
4 Nanje nari navuze nti: “Vy’ukuri ni banyarucari. Bakoze ivy’ubupfu, kuko birengagije inzira ya Yehova, urubanza rw’Imana yabo+.