Yeremiya 5:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Vy’ukuri, abahanuzi bavuga ubuhanuzi mu kinyoma+; nayo abaherezi, bakandamiza abantu bisunze ububasha bwabo+. Kandi abantu banje bakunze ko biba gutyo+; none muzogira mute kw’iherezo ryavyo+?” Yeremiya 27:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 “‘“‘Nayo mwebwe, ntimwumvirize abahanuzi+ banyu n’abaraguzi banyu n’abarosi+ banyu n’abanyamageza banyu n’abapfumu+ banyu, abababwira ngo: “Ntimuzokorera umwami wa Babiloni+.” Gucura intimba 2:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Abahanuzi bawe bwite beretswe ku bijanye nawe ibintu bitagira akamaro kandi bitamara ipfa+,Ntibashize ahabona ikosa ryawe kugira bakubuze kuja kugirwa imbohe+,Mugabo bagumye berekwa ku bijanye nawe amajambo atagira akamaro kandi azimiza+. Gucura intimba 4:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kubera ibicumuro vy’abahanuzi biwe, amakosa y’abaherezi biwe+,Hagati muri we hǎri abasesa amaraso y’abagororotsi+. Ezekiyeli 22:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Abahanuzi baco babahomeye ivyo bintu bakoresheje ishwagara+, berekwa ikintu kitabaho+, babaragurira ikinyoma+, ngo: “Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze,” kandi Yehova ubwiwe atavuze.
31 Vy’ukuri, abahanuzi bavuga ubuhanuzi mu kinyoma+; nayo abaherezi, bakandamiza abantu bisunze ububasha bwabo+. Kandi abantu banje bakunze ko biba gutyo+; none muzogira mute kw’iherezo ryavyo+?”
9 “‘“‘Nayo mwebwe, ntimwumvirize abahanuzi+ banyu n’abaraguzi banyu n’abarosi+ banyu n’abanyamageza banyu n’abapfumu+ banyu, abababwira ngo: “Ntimuzokorera umwami wa Babiloni+.”
14 Abahanuzi bawe bwite beretswe ku bijanye nawe ibintu bitagira akamaro kandi bitamara ipfa+,Ntibashize ahabona ikosa ryawe kugira bakubuze kuja kugirwa imbohe+,Mugabo bagumye berekwa ku bijanye nawe amajambo atagira akamaro kandi azimiza+.
13 Kubera ibicumuro vy’abahanuzi biwe, amakosa y’abaherezi biwe+,Hagati muri we hǎri abasesa amaraso y’abagororotsi+.
28 Abahanuzi baco babahomeye ivyo bintu bakoresheje ishwagara+, berekwa ikintu kitabaho+, babaragurira ikinyoma+, ngo: “Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze,” kandi Yehova ubwiwe atavuze.