Yeremiya 23:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Baguma babwira abatanyubaha ngo: ‘Yehova avuze ati: “Muzogira amahoro+.”’ Kandi babwiye abagendera mu kagagazo k’umutima wabo bose+ ngo: ‘Nta vyago bizobazako+.’ Ezekiyeli 13:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 kuko, egome, kuko bahubije abantu banje, bakavuga ngo: “Hari amahoro!” kandi ata mahoro ahari+, hakaba kandi uwubaka urusika, mugabo abaruhomesha ishwagara+ bakaruhomera ubusa+.’
17 Baguma babwira abatanyubaha ngo: ‘Yehova avuze ati: “Muzogira amahoro+.”’ Kandi babwiye abagendera mu kagagazo k’umutima wabo bose+ ngo: ‘Nta vyago bizobazako+.’
10 kuko, egome, kuko bahubije abantu banje, bakavuga ngo: “Hari amahoro!” kandi ata mahoro ahari+, hakaba kandi uwubaka urusika, mugabo abaruhomesha ishwagara+ bakaruhomera ubusa+.’