Yesaya 24:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Umuvinyu mushasha wagiye mu kigandaro, umuzabibu wakabiranye+, abahimbawe mu mutima bose bagiye mu miniho+. Yoweli 1:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Umuzabibu wanje riwugize akajoreza+, igiti canje c’umusukoni na co rigisiga ari igishitsi+. Ryagikokoye rigisiga amenya, riragishibura+. Amashami yaco asigaye yera.
7 Umuvinyu mushasha wagiye mu kigandaro, umuzabibu wakabiranye+, abahimbawe mu mutima bose bagiye mu miniho+.
7 Umuzabibu wanje riwugize akajoreza+, igiti canje c’umusukoni na co rigisiga ari igishitsi+. Ryagikokoye rigisiga amenya, riragishibura+. Amashami yaco asigaye yera.