ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 32:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Bobo banteje ishari imana y’imburakimazi+;

      Banteje akababaro ibigirwamana vyabo bitagira mvura+;

      Nanje nzobateza ishari abantu b’imburakimazi+;

      Nzobababaza nkoresheje ihanga ry’imburabwenge+.

  • 1 Abami 16:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Abandanya kugendera mu nzira yose ya Yerobowamu mwene Nebati+ no mu gicumuro ciwe yacumurishije Isirayeli mu kubabaza Yehova Imana ya Isirayeli, akoresheje ibigirwamana vyabo bitagira mvura+.

  • 2 Abami 17:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 babandanya guta ingingo nyobozi ziwe n’isezerano+ ryiwe yari yaragiranye na ba sekuruza babo n’ivyibutsa+ vyiwe yari yarakoresheje mu kubaburira, hanyuma batangura gukurikira ibigirwamana vy’imburakimazi+ maze ubwabo bacika imburakimazi+, egome, mu kwigana amahanga yari irya n’ino yabo, ayo Yehova yari yarabategetse ku biyerekeye ngo ntibaze bakore nka yo+.

  • Ivyakozwe 14:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 bati: “Bagabo, kubera iki mugira ivyo? Na twebwe turi abantu+ bafise utunenge+ nkamwe, tukaba turiko tubamenyesha inkuru nziza, kugira ngo muhindukire muve muri ivyo bintu vy’imburakimazi+ muje ku Mana nzima+, iyakoze ijuru+ n’isi n’ikiyaga n’ibiri muri vyo vyose.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika