Yesaya 39:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Inyuma y’ivyo, Yesaya umuhanuzi yinjira aho Umwami Hezekiya ari maze amubwira+ ati: “Abo bantu bavuze iki, kandi baje iwawe bavuye he?” Hezekiya avuga rero ati: “Baje iwanje bavuye mu gihugu ca kure, i Babiloni+.”
3 Inyuma y’ivyo, Yesaya umuhanuzi yinjira aho Umwami Hezekiya ari maze amubwira+ ati: “Abo bantu bavuze iki, kandi baje iwawe bavuye he?” Hezekiya avuga rero ati: “Baje iwanje bavuye mu gihugu ca kure, i Babiloni+.”