Gusubira mu vyagezwe 32:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Bobo banteje ishari imana y’imburakimazi+;Banteje akababaro ibigirwamana vyabo bitagira mvura+;Nanje nzobateza ishari abantu b’imburakimazi+;Nzobababaza nkoresheje ihanga ry’imburabwenge+.
21 Bobo banteje ishari imana y’imburakimazi+;Banteje akababaro ibigirwamana vyabo bitagira mvura+;Nanje nzobateza ishari abantu b’imburakimazi+;Nzobababaza nkoresheje ihanga ry’imburabwenge+.