ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 1:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Ni hehe handi muzokubitwa+, ko mwongerako ubundi bugarariji+? Umutwe wose urarwaye, kandi umutima wose uragoyagoya+.

  • Yeremiya 6:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Kandi bagerageza gukiza bimwe vy’indenzirenzi ugusenyuka kw’abantu banje+, bakavuga bati: ‘Hari amahoro! Hari amahoro!’, kandi ata mahoro ariho+.

  • Yeremiya 30:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Kubera iki uborogeshwa n’ugusenyuka kwawe+? Ububabare bwawe ntibukira kubera ubwinshi bw’ikosa ryawe; ibicumuro vyawe vyabaye vyinshi+. Narakugiriye ivyo bintu.

  • Gucura intimba 3:47
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 47 Ubwoba n’icobo vyabaye ivyacu+, umusaka n’ugusenyuka+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika